|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
Kaze ku rubuga rwa BBC, twibukanye itangazamakuru.
Gahuzamiryango yarushizeho mu ntumbero yo gufasha abanyamakuru, baba abashasha canke abamaze igihe.
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
Wiyubare amajambo afitaniye isano, ntuyitiranye mw' ikoreshwa ryayo.
Kuvuga ijambo mu kibanza c' irindi kubera wihenze mu kurisoma bituma abakumva bajuragirika.
|
Kwiyubara amajambo na cane cane igihe duhindura ururimi ni ngombwa kugira ntidutume ubutumwa buri mu nkuru dutanga butakaza
insiguro canke butituka.
|
Har' amajambo kandi BBC isanga yuzuza akarangamutima k' intumbero y' umurongo ngenderwako wayo, gusumba ayakoreshwa mu mvugo
isanzwe.
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||