|
Imvugo yumvikana kuri bose
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Kwirinda gukoresha amajambo agoye cane cane mu mvugo kw’ iradiyo, ni kimwe mu vyo umunyamakuru abwirizwa kugumiza ku mutima.
Na ntaryo akwiye kumenya ko abamwumva badafise amahirwe yo kumubaza ico yashatse kuvuga canke gusubira kumviriza kumbure ubugira kabiri. Niyo mpamvu iminsi yose bikwiye kurondera gukoresha amajambo yumvikana kuri benshi, amajambo asanzwe azwi na benshi, tukirinda gukoresha amajambo canke imirwi y’ amajambo n’ izindi mpinyanyuro ziremera imvugo n’ ivyiyumviro.
e.g Yaje yambaye impuzu z’ umuzige/zirabura Ikindi co kwitwararika n’ ugukoresha amazina y’ amezi. e.g: umugambi wa leta y’ uburundi wo kubaka inzira y’ igari yamoshi, uzotangurana n’ ukwezi kwa mbere kw’ umwaka uza/ ntuvuge ngo uzotangurana na Nzero umwaka uza, canke Mutarama umwaka utaha. |
IMBUGA ZA HAFI
Igisata kimwe indimi zibiri04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Kudatamikwa ijambo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Amajambo ashaka gusa05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Guhindura ururimi 05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Imvugo ibereye ya BBC05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Amajambo y' impfunyapfunyo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Urutonde rw' uturorero05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Akarore k' umuhinga05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||