|
Amajambo ashaka gusa
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Wiyubare amajambo afitaniye isano kugira ngo ntuyitiranye mw’ ikoreshwa ryayo. Gerageza ntubatere amadidane ngo behave bakomeza kwibaza ico washatse kuvuga mu gihe inkuru iriko irabasiga. Iyubare amajambo yandikwa kumwe ariko adasangiye insiguro. e.g: Umurwi w’ intumwa z’ ishirahamwe mpuzamakungu washitse muri Sudani mu nkoko’ (kare mu mutwezi), bitandukanye n’ inko-ko (icibo). Inama nshingamateka: parliament Ubutaka : land plot Umushikirizamanza: prosecutor |
IMBUGA ZA HAFI
Igisata kimwe indimi zibiri04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Imvugo yumvikana kuri bose04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Kudatamikwa ijambo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Guhindura ururimi 05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Imvugo ibereye ya BBC05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Amajambo y' impfunyapfunyo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Urutonde rw' uturorero05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Akarore k' umuhinga05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||