|
Amajambo y' impfunyapfunyo
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Amajambo menshi akoreshwa mu mpunyapfunyo ntaba azwi na bose. Ivyiza n’ ukuyasigura mu buryo bwumvikana niba afise uko avurwa mu rurimi kavukire, canke niba ukoresheje akajambo mu mpfunyapfunyo, ugashirako n’ insiguro yako. Ntugire ubunebwe niba rinabaye rire rire, igikuru n’ uko abakumva hatagira ikibacika. UN : Ishirahamwe mpuzamakungu |
IMBUGA ZA HAFI
Igisata kimwe indimi zibiri04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Imvugo yumvikana kuri bose04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Kudatamikwa ijambo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Amajambo ashaka gusa05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Guhindura ururimi 05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Imvugo ibereye ya BBC05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Urutonde rw' uturorero05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Akarore k' umuhinga05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||