|
Imvugo ibereye ya BBC
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Har’ amajambo kandi BBC isanga yuzuza akarangamutima k’ intumbero y’ umurongo ngenderwako wayo, gusumba ayakoreshwa mu mvugo
isanzwe, yumvikana kuri benshi mu rurimi rwawe.
Imvugo ikoreshwa kw’ iradiyo rero ibamwo kwiyubara amajambo amw’ amwe n’ ikibanza cayo.. e.g :Rebel group: umurwi witwaj’ ibirwanisho Opposition: abatavuga rumwe na leta( s’abarwanya leta) Homosexuality: twoviga ko ar’ abahuza ibitsina babisangiye? Gay Marriage: Twovuga ko ar’ abubakana basangiye igitsina. |
IMBUGA ZA HAFI
Igisata kimwe indimi zibiri04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Imvugo yumvikana kuri bose04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Kudatamikwa ijambo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Amajambo ashaka gusa05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Guhindura ururimi 05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Amajambo y' impfunyapfunyo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Urutonde rw' uturorero05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Akarore k' umuhinga05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||