|
Guhindura ururimi
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
Kwiyubara amajambo na cane cane igihe duhindura ururimi ni ngombwa kugira ntidutume ubutumwa buri mu nkuru dutanga butakaza insiguro canke butituka, na burya usanga har’ ijambo mu rurimi kanaka, rifise insiguro zitandukanye mu rurimi ushikirizamwo inkuru, kandi ari rimwe. Ubanza rero kwihweza neza umwanya n’ igihe ryakoreshejwemwo.
E.g : Inyungu zagabanijwe gushika ku bice 3% (Interest rates have gone down to 3%) Can/could. A bomb blast explosion in Mosul could have killed tens of civilians: |
IMBUGA ZA HAFI
Igisata kimwe indimi zibiri04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Imvugo yumvikana kuri bose04 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Kudatamikwa ijambo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Amajambo ashaka gusa05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Imvugo ibereye ya BBC05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Amajambo y' impfunyapfunyo05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Urutonde rw' uturorero05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
Akarore k' umuhinga05 Ukwa gatatu, 2009 | Amakuru
|
|||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||
|
||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||||