BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Igihugu kiracafise ‘ububasha bwo kwikingira’ – Ndayishimiye
Avuze ibi inyuma y'isanganya kw'ikambi irimwo ububiko bunini bw’ibirwanisho n'ibindi bikoresho vy’igisirikare c’Uburundi.
Ibisasu bitaraturika, abapfuye, inzu zabomotse, abana babuze ababo…Bujumbura inyuma y'isanganya ku kigo ca gisirikare
Umwe mu babuze yavuze ko umurundikazi wo mu muryango wiwe yapfuye azize ibikomere inyuma y'igisasu caguye mw'ibohero rya Mpimba aho yari amaze ukwezi apfungiwe.
1974 - 2026: DR Congo igiye mu gikombe cy'isi nyuma y'imyaka irenga 50 aho yaherukaga yitwa Zaïre
Nyuma y'iyi ntsinzi y'amateka, DR Congo ubu yinjiye mu itsinda K ririmo Portugal, Colombia na Uzbekistan, umukino wayo wa mbere w’igikombe cy’isi izawukina na Portugal.
Guturika kw'ububiko bwa gisirikare i Bujumbura - 'ibintu vyasubijwe muburyo' - Ndayishimiye
Uku guturika kwabonetse kandi kukumvikana mu gihe c'umwanya utari muto kwateye uruhagarara na bamwe bamwe kuva mu vyabo muri gisagara ca Bujumbura.
Pentagon: Ni iki kigaragaye mu kiganiro Minisitiri w’ingabo wa Amerika amaze guha abanyamakuru?
Pete Hegseth na Gen Dan Caine batanze amakuru macye cyane yafasha isi kumva aho iyi ntambara kuri Iran irimo kwerekeza. Gusa, hari ikintu kimwe cyagaragaye.
Sudan: Gufata abagore ku ngufu byahindutse igice cy'"ubuzima bwa buri munsi" - MSF
Abahohotewe basobanura uko bagiye bakorerwa ibi bikorwa bibi mu gihe bari mu bikorwa byabo by'ubuzima bwa buri munsi.
Ni bande aba bantu bane bagiye kujya ku Kwezi? Menya n'utuntu bwite bazitwaza…
Iryo tsinda rizahaguruka mu ijoro ryo ku wa gatatu mu butumwa bwa Artemis II mu kigendajuru ubu kiri i Cape Canaveral muri Florida, bwa mbere mu myaka 53 muntu agiye kwerekeza ku Kwezi.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
FARDC 'yatangije' ibikorwa byo guhiga abarwanyi ba FDLR
Umutwe wa FDLR urwanya ubutegetsi bw'u Rwanda ugaruka mu masezerano y'amahoro ya Washington yasinywe hagati ya Perezida Paul Kagame na mugenzi we Félix Tshisekedi wa DR Congo.
Akagunguru k'ibitoro kazamutse karenga 115$, mu gihe intambara yinjiye mu cyumweru cya gatanu
Ibi bibaye nyuma y'uko abarwanyi b'Aba-Houthi bo muri Yemen bashyigikiwe na Iran binjiye muri iyi ntambara bagatera Israel mu mpera z'icyumweru.
M23 yahakanye kuva mu birindiro ivuga ko irimo 'guhinduranya ingabo' ku rugamba
M23 itangaje ibi nyuma yuko muri iki cyumweru amakuru yumvikanishije ko uyu mutwe wari urimo kuva mu birindiro bimwe byo mu ntara ya Kivu ya Ruguru.
Ibisuko, perike n'iyindi mishatsi yongerezwa hatowe ko birimwo utuntu dushobora gutera kansere y'ibere
Imishatsi yongerezwa miriyoni z’abagore kw’isi bishirako ishobora kubamwo utuntu dufise isano na kansere y’ibere, guhungabanya inkabuzo/imisemburo n’irondoka, ku bw’icigwa ca mbere kinini muri ico gisata.
Sénégal yatambagije igikombe cya CAN nubwo hari impaka kuri iki gikombe
Sénégal yatambagije igikombe cy'Afurika cy'ibihugu mbere y'umukino wa gicuti wo ku wa gatandatu wayihuje na Peru i Paris - nubwo muri uku kwezi hafashwe icyemezo cyo kuyambura icyo gikombe.
Isesengura: Isubukurwa ry'ibitero by'aba-Houthi rizaba ikibazo kuri Israel
Niba aba-Houthi bafashe icyemezo cyo gutangira kugaba ibitero ku mato yo mu Nyanja Itukura, ingaruka zishobora gukomera cyane, nkuko byandikwa n'umunyamakuru wa BBC kuri dipolomasi Paul Adams.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































