BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Amerika na Irani mu rugamba rwo guhiga umwe mu bari mu ndege yakorowe ejo yaburiwe irengero
Amerika iri mu gikorwa co kurondera uno mukozi wo muri iyi ndege yari ajejwe gukoresha ibirwanisho vy'iyi ndege, mu gihe Irani yo yemerera agashimwe uwuzofasha mu kumufata.
Amajwi, Imvo n'Imvano ku Banyamulenge biciyemwo ibice ku kibazo c'intambara muri RD Congo, Umwanya bimara 59,00
Bamwe bavuga ko intambara ya M23 ikorwa n'Urwanda ku nyungu z'ico gihugu, uwo muhari ukaba igikoresho, mu gihe abandi babagiriza gukorana na reta ya Congo, ingabo z'Uburundi na FDLR kugira ngo bice abatutsi bo muri Congo.
Wumva unaniwe cyane? Menya imirimo umunani yihishe ituma abagore bumva barushye cyane
Umuhanga mu bumenyi bw'imibereho y'abantu Leah Ruppanner aravug ku mpamvu abagore bacyikorera mwinshi mu mutwaro wo gutekereza no gutegura imirimo yo mu rugo.
Abari mu butumwa bwa Artemis II bafashe ifoto 'y'igitangaza' y'Isi
Iyi foto yafatiwe n'uwurongoye ubu butumwa, Reid Wiseman, mu kigendajuru Orion, mu gihe abari muri ubu butumwa bariko berekeza mu micungararo y'Ukwezi.
'Icaha kibi kurusha ibindi vyose kuri zina muntu': Ingingo ya ONU ku bucakara isiguye iki?
Ibihugu vya Afrika na Caraïbes bishaka ko ibihugu vyungukiye mu rudandazwa rw’abagiye kugirwa abaja biriha indishi, ariko si ikintu kizokworoha gushirwa mu ngiro.
Ibyo tuzi ku ndege za F-15E zikoreshwa na Amerika zihuzwa n'iyahanuwe muri Iran
Izi ni indege zakorewe gukora ibitero zirasa ku butaka cyangwa se zirasa ku bindi bintu biri mu kirere nk'izindi ndege, misile na drones.
Burkina Faso igomba "kwibagirwa" demokarasi – Capt Ibrahim Traoré
Traoré, yavuze ko abanyafurika benshi badakeneye imitegekere ishingiye kuri demokarasi kandi ko Burkina Faso ubu ifite uburyo bwayo bw'imitegekere.
Amerika ‘ntizigera ikira iki’ cyasha nyuma yo kurasa ikiraro – Iran
Ikiraro gishya cya B1 byari biteganyijwe ko gifungurwa ku mugaragaro muri uyu mwaka giherereye i Karaj mu burengerazuba bwa Tehran cyashenywe n'ibisasu bya Amerika hapfa n'abantu bari munsi yacyo.
Umwaka umwe nyuma: Uburyo bune imisoro ya Trump yahinduye ubukungu bw'isi
Ubwo Perezida Donald Trump wa Amerika yatangizaga intambara y'ubucuruzi mu kwezi kwa kane umwaka ushize, yasezeranyije ibihe bishya ku gihugu cye ariko ingaruka zageze henshi.
'Miliyoni zirindwi z’abanya-Iran biteguye kurwana intambara' – Umutegetsi wa Iran ati 'Nimuze'
Mohammad-Bagher Ghalibaf yavuze ko “ubukangurambaga bukomeye mu gihugu” bwatumye izo miliyoni z’abaturage bavuga ko “biteguye gufata intwaro bakarinda igihugu cyacu”.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Isanganya rya Camp Base i Bujumbura: Ubwoba bwo kubana n'ahabikwa ibigwanisho
Ukurukirane rw'amakambi ya gisirikare mu gisagara ca Bujumbura ubu ruri hagati mu banyagihugu rutuma benshi bagira impungenge inyuma y'ivyashitse ku Musaga
Ibisasu bitaraturika, abapfuye, inzu zabomotse, abana babuze ababo…Bujumbura inyuma y'isanganya ku kigo ca gisirikare
Umwe mu babuze yavuze ko umurundikazi wo mu muryango wiwe yapfuye azize ibikomere inyuma y'igisasu caguye mw'ibohero rya Mpimba aho yari amaze ukwezi apfungiwe.
1974 - 2026: DR Congo igiye mu gikombe cy'isi nyuma y'imyaka irenga 50 aho yaherukaga yitwa Zaïre
Nyuma y'iyi ntsinzi y'amateka, DR Congo ubu yinjiye mu itsinda K ririmo Portugal, Colombia na Uzbekistan, umukino wayo wa mbere w’igikombe cy’isi izawukina na Portugal.
Sudan: Gufata abagore ku ngufu byahindutse igice cy'"ubuzima bwa buri munsi" - MSF
Abahohotewe basobanura uko bagiye bakorerwa ibi bikorwa bibi mu gihe bari mu bikorwa byabo by'ubuzima bwa buri munsi.
Ni bande aba bantu bane bagiye kujya ku Kwezi? Menya n'utuntu bwite bazitwaza…
Iryo tsinda rizahaguruka mu ijoro ryo ku wa gatatu mu butumwa bwa Artemis II mu kigendajuru ubu kiri i Cape Canaveral muri Florida, bwa mbere mu myaka 53 muntu agiye kwerekeza ku Kwezi.
FARDC 'yatangije' ibikorwa byo guhiga abarwanyi ba FDLR
Umutwe wa FDLR urwanya ubutegetsi bw'u Rwanda ugaruka mu masezerano y'amahoro ya Washington yasinywe hagati ya Perezida Paul Kagame na mugenzi we Félix Tshisekedi wa DR Congo.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































