BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Burkina Faso igomba "kwibagirwa" demokarasi – Capt Ibrahim Traoré
Traoré, yavuze ko abanyafurika benshi badakeneye imitegekere ishingiye kuri demokarasi kandi ko Burkina Faso ubu ifite uburyo bwayo bw'imitegekere.
IKIBIRIRAHO, Amerika ‘ntizigera ikira iki’ cyasha nyuma yo kurasa ikiraro – Iran
Ikiraro gishya cya B1 byari biteganyijwe ko gifungurwa ku mugaragaro muri uyu mwaka giherereye i Karaj mu burengerazuba bwa Tehran cyashenywe n'ibisasu bya Amerika hapfa n'abantu bari munsi yacyo.
Umwaka umwe nyuma: Uburyo bune imisoro ya Trump yahinduye ubukungu bw'isi
Ubwo Perezida Donald Trump wa Amerika yatangizaga intambara y'ubucuruzi mu kwezi kwa kane umwaka ushize, yasezeranyije ibihe bishya ku gihugu cye ariko ingaruka zageze henshi.
'Miliyoni zirindwi z’abanya-Iran biteguye kurwana intambara' – Umutegetsi wa Iran ati 'Nimuze'
Mohammad-Bagher Ghalibaf yavuze ko “ubukangurambaga bukomeye mu gihugu” bwatumye izo miliyoni z’abaturage bavuga ko “biteguye gufata intwaro bakarinda igihugu cyacu”.
Trump ubwe yitabiriye urubanza ku guha cyangwa kwima ubwenegihugu bw'Amerika impinja zahavukiye
Muri gahunda ye yo gukaza ingamba ku bimukira, Trump yasinye iteka ribuza guha ubwenegihugu impinja z’abimukira badafite ibyangombwa bavukiye muri Amerika.
Isanganya rya Camp Base i Bujumbura: Ubwoba bwo kubana n'ahabikwa ibigwanisho
Ukurukirane rw'amakambi ya gisirikare mu gisagara ca Bujumbura ubu ruri hagati mu banyagihugu rutuma benshi bagira impungenge inyuma y'ivyashitse ku Musaga
Igihugu kiracafise ‘ububasha bwo kwikingira’ – Ndayishimiye
Avuze ibi inyuma y'isanganya kw'ikambi irimwo ububiko bunini bw’ibirwanisho n'ibindi bikoresho vy’igisirikare c’Uburundi.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ibisasu bitaraturika, abapfuye, inzu zabomotse, abana babuze ababo…Bujumbura inyuma y'isanganya ku kigo ca gisirikare
Umwe mu babuze yavuze ko umurundikazi wo mu muryango wiwe yapfuye azize ibikomere inyuma y'igisasu caguye mw'ibohero rya Mpimba aho yari amaze ukwezi apfungiwe.
1974 - 2026: DR Congo igiye mu gikombe cy'isi nyuma y'imyaka irenga 50 aho yaherukaga yitwa Zaïre
Nyuma y'iyi ntsinzi y'amateka, DR Congo ubu yinjiye mu itsinda K ririmo Portugal, Colombia na Uzbekistan, umukino wayo wa mbere w’igikombe cy’isi izawukina na Portugal.
Guturika kw'ububiko bwa gisirikare i Bujumbura - 'ibintu vyasubijwe muburyo' - Ndayishimiye
Uku guturika kwabonetse kandi kukumvikana mu gihe c'umwanya utari muto kwateye uruhagarara na bamwe bamwe kuva mu vyabo muri gisagara ca Bujumbura.
Sudan: Gufata abagore ku ngufu byahindutse igice cy'"ubuzima bwa buri munsi" - MSF
Abahohotewe basobanura uko bagiye bakorerwa ibi bikorwa bibi mu gihe bari mu bikorwa byabo by'ubuzima bwa buri munsi.
Ni bande aba bantu bane bagiye kujya ku Kwezi? Menya n'utuntu bwite bazitwaza…
Iryo tsinda rizahaguruka mu ijoro ryo ku wa gatatu mu butumwa bwa Artemis II mu kigendajuru ubu kiri i Cape Canaveral muri Florida, bwa mbere mu myaka 53 muntu agiye kwerekeza ku Kwezi.
FARDC 'yatangije' ibikorwa byo guhiga abarwanyi ba FDLR
Umutwe wa FDLR urwanya ubutegetsi bw'u Rwanda ugaruka mu masezerano y'amahoro ya Washington yasinywe hagati ya Perezida Paul Kagame na mugenzi we Félix Tshisekedi wa DR Congo.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































