Brezile: Abajejwe umutekano basubiranye inama nshingamateka
Abajejwe umutekano muri Brezile ubu nibo bafise mu minwe inama nshingamateka n'ibiro vy'umukuru w'igihugu nyuma yaho ejo vyigaruriwe n'abashigikiye prezida yahahora, Bolsonaro.
Abari muri iyo myiyerakano bashika amajana baramaze gufatwa.
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}