Burundi: Umunsi mukuru w'aba Islamu mu mafoto
Aba islam bo mu Burundi bifadikanije n'abo kw'isi yose mu guhimbaza umusi mukuru wa Ramazani inyuma y'iminsi 30 bari mu mafungo.
Abagore n'abigeme ntibasengera mu kibanza kimwe n'abagabo mw'idini rya Islamu.
Hari ababoneyeho kurondera agafaranga, bagurisha utuntu n'utundi.
Abagendana ubumuga ntibatanzwe kuja kwifatanya n'abandi mu masengesho.
Uwuserukira idini rya Islamu mu gihugu c'u Burundi Sadiki Kajandi asigurira abamenyeshamakuru ico uwo munsi mukuru usigura.
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}