Umuyaga mwinshi, imvura n'umwuzure bigeramiye Australia
Ahavuye isanamu, AFP
Ku nkengera y'ubuseruko bwa Australia haje umuyaga mwinshi, imvura n'umwuzure.
Intara za New South Wales, Victoria, Queensland na Tasmania, ni zo zashikiriwe cane.
Abantu amajana n'amajana babuze umuyagankuba, hakaba hatanzwe n'itegeko kuri bamwe bamwe ngo bimuke mu mihana yabo.
Ahari ikibuga c'indege i Sydney hugawe, kubera umuyaga mwinshi.
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}