Kabul: Igitero caraye kigabwe cahagaritswe
Ahavuye isanamu, AFP
Umwe mu bavugizi bo mu bushikiranganji bw'intwaro yo hagati muri Afghanistan, amenyesha ko abantu icenda baguye mu gitero caraye kigabwe kw'ihoteri Intercontinental.
Mu bapfuye batanu bari abo muri Afghanistan nayo uwundi munyagihugu asanzwe yari umugore w'umunyamahanga.
Abagavye ico gitero bose ukwo ari batatu nabo nyene baciye bahasiga ubuzima.
Muri iyo hoteri, hashoboye gutabarwa abantu bagera ku 150.
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}