TP Mazembe yanyagiye Al Hilal Al Obayed ibitego 5-0
Ahavuye isanamu, Getty Images
Mu rukino rw'igice ca kane gishira ica nyuma rw'igikombe ca CAF TP Mazembe yatsinze Al Hilal Al Obayed ibitego 5-0.
Mu rukino rukurikira rwo mu gice ca kabiri gishira ica nyuma, TP Mazembe izohura na FUS Rabat.
Mu rundi rukino, Club African yatsinze MC Alger ibitego 2-0, ica ija mu gice ca kabiri gishira ica nyuma, aho izohura na Supersport Utd.
Mu nkino z'imigwi yabaye iya mbere iwabo, Etoile Du Sahel yatsinze Al Ahil Tripoli ibitego 2-0.
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}