Kanye West: Ng’aya amahera yahomvye kubera amajambo yiwe
Kanye West: Ng’aya amahera yahomvye kubera amajambo yiwe
Kanye West yamye adatomora ubutunzi bwiwe “burenze”, ariko umu bisa n’ivyamenyekanye, kuva Adidas ihagaritse amasezerano k’umuderi -Yeezy-. Vyavuye ku majambo y’urwanko ry’Abayahudi, yanditse.
M'Ubwongereza, ishusho yiwe yaranduwe mu kibanza ndangamico 'Madame Tussauds'
Muyishikirijwe na Audace Machado
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}