Bresil: Lula ‘yishimikiza’ ubukene yigeze, Borsonaro ‘akoresha’ idini
Bresil: Lula ‘yishimikiza’ ubukene yigeze, Borsonaro ‘akoresha’ idini
Abakene babaye ikirimbiro rya Lula na Bolsonaro biyamamaza.
Bose bagerageza kubaresha.
Abatemera Lula bavuga ko yamye akoresha igishararara, avuga ko abanyagihugu bishoboye, kandi bakenye. Bolsonaro abazwa amabi ahitiye mu gihugu.
"Mfise umutsindo wa kaminuza, bimpindurira iki?"
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}