Somalia yahinduye abagize leta
Ahavuye isanamu, AFP
Umushikiranganji wa mbere wa Somalia, Hassan Ali Khaire, yahinduye abashikiranganji batatu bakomeye mu bagize leta.
Abakuwe mu mabanga n'umushikiranganji ajejwe imigenderanire n'amakungu, Yusuf Garaad Omar; umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, Abdi Farah Said Juha hamwe n'umushikiranganji w'ubudandaji, Khadra Ahmed Duale.
Leta ya Bwana Khaire yagiye iridogegwa mu kuba yananiwe guhagarika ibitero vy'abagwanyi ba Al Shabaab.
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}