Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuki Lesotho, agahugu gato ka Afrika kaza imbere mu biyahura?
Kuki Lesotho, agahugu gato ka Afrika kaza imbere mu biyahura?
Lesotho igizwe n’abantu imiliyoni 2.3, yataziriwe “Ubwami bw’ijuru”, kubera imisozi myiza yaho.
Ariko kimwe mu vyica isura y’igihugu, ni urugero rw’abiyahura, ruruta ahandi hose kw’isi.
OMS / WHO ivuga ko ukwo kwiyahura kuza ingero zibiri hejuru Guyana iyikurikira ku ntonde.
Imvo ni izahe? Umuti wo ni uwahe?