Syria: kuki bitoroshe gutabara abakozweko na nyamugigima?

Insiguro ya video, Syria imaze imyaka mu ntambara, abarokotse muri nyamugigima biragoye kubafasha
Syria: kuki bitoroshe gutabara abakozweko na nyamugigima?
Insiguro y'isanamu, Abakorerabuntu barondera aboba bagihema

Syria imaze imyaka irenga 10 mu ntambara, none ibice bimwe bigenzurwa n’imigwi y’abarwanyi, nko m’uburaruko hashegeshwe na nyamugigima.

Ng’uku uko hari abemera ko ‘amakuba adasiga ayandi’.