Imisambi, ikimenyetso kiranga Uganda, iriko iragarukirwa
Imisambi ni inyoni zifatwa nk'ikimenyetso gikomeye ku gihugu ca Uganda, mu gihe igaragara kw'ibendera ry'ico gihugu.
Ariko izo nyoni zibereye ijisho ubu zirageramiwe bitewe n'uko imyonga zisanzwe zibamwo iriko irahindurwamwo imirima. Ubu hagereanywa ko hasigaye imisambi 20.000 gusa kw'isi.
Ariko ababa mu turere twa Kabale muri Uganda, bariko barakora uko bashoboye ngo banagure iyo myonga mu ntumbero yo kugwiza igitigiri c'iyo misambi.
Inkuru iri kw'isonga
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Izisomwa na benshi
Ibi ntibiboneka
{{rankTranslation}}