Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Amatora ya Amerika: Donald Trump yahatswe kugandagurwa
Amatora ya Amerika: Donald Trump yahatswe kugandagurwa
Igihe yari mu myiyamamazo mu ntara ya Pennsylvania, uwahoze ari umukuru w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika yarashwe ku gutwi mu gisa n'ugushaka kumugandagura. Raba kuri iyi videwo ingene vyangeze.