Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ecuador/Équateur : “Ntibikunda ko tuguma twicwa”
Muri Ecuador/Équateur, bano bagore batoye uburyo bwo kwirwanira, kuko ubwicanyi bubakorerwa –‘feminicide’-, bumaze kurengera ihaniro. Ariko ni igihugu cemeza ukubaho, n’uguhasha ayo mabi. Iyi nkuru ibara uko babigenza.