Bamwe mu banyapolitike b'Uburundi babonanye na Mkapa

Raba hano bamwe mu banyapolitike b' Uburundi bari mu mibonano n' umuhuza Benjamin William Mkapa

Insiguro y'isanamu, Jamar Benomar, umujanama w'umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU
Insiguro y'isanamu, Abahoze ari aba perezida b'Uburundi, Sylvestre Ntibantunganya na Domitien Ndayizeye
Insiguro y'isanamu, Icegera c'umukuru w'inama nshingamateka Agathon Rwasa, inyuma yiwe, Tharcien Sibomana, bo mu runani 'Amizero y'Abarundi'
Insiguro y'isanamu, Alice Nzomukunda , umwe mu banyapolitike bo hanze y'igihugu bo mu runani CNRED
Insiguro y'isanamu, Umuhuza (Ombusman) Edouard Nduwimana na n'umunyamabanga mukuru wa CDD-FDD Evariste Ndayishimiye