Mu gusezera Papa Wemba aba Sapeurs ntibatanzwe

Abari mu rwego rw'abiyita ko bazi kwambara neza muri Kongo, Sapeurs, bari baje gutera iteka Papa Wemba, bivugwa ko ariwe yatanguje urwo rwego

Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Insiguro y'isanamu, Aba Sapeur b'i Kinshasa bakoresha utugenegene twinshi mu guhingura ivyo bambara
Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Insiguro y'isanamu, Ku ba Sapeur b'i Kinshasa kwambara ni nk'idini
Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Insiguro y'isanamu, Ku mu Sapeur igihambaye n'ubusa neza
Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Insiguro y'isanamu, Kinshasa usanzwe ari umuji ushushe cane, ariko ku mu Sapeur si ikibazo
Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Insiguro y'isanamu, Umusapeur n'amarori yakaka
Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Insiguro y'isanamu, Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Insiguro y'isanamu, Aba Sapeurs b'i Kinshasa ubushuhe ntaco bwari bubabwiye baje guherekeza Papa Wemba
Aba Sapeurs b'i Kinshasa
Insiguro y'isanamu, Kwambara neza biri mu vyaranga umuhisi Papa Wemba, abakunzi biwe bakaba bakurikiza uwo mugenzo
Aba Sapeur
Insiguro y'isanamu, Aba Sapeur nabo bari baserutse gusezera Papa Wemba i Kinshasa