Mu mafoto, amarushanwa ya CECAFA y'abagore yatangiye uno munsi mu Rwanda

Mu mafoto, amarushanwa ya CECAFA y'abagore yatangiye uno munsi mu Rwanda aho ibihugu bitanu ari byo bihatanira igikombe: Rwanda, Kenya, Tanzania, Uganda na Ethiopia

Insiguro y'isanamu, Uganda na Kenya mu mukino watangije amarushanwa
Insiguro y'isanamu, Uganda na Kenya mu mukino watangije amarushanwa
Insiguro y'isanamu, Abakinnyi b'ikipe ya Kenya yahuye na Uganda
Insiguro y'isanamu, Ikipe ya Uganda igiye mu karuhuko k'igice cya mbere mu mukino wabahuje na Kenya
Insiguro y'isanamu, Abakinnyi b'ikipe ya Uganda
Insiguro y'isanamu, Ikipe y'u Rwanda imbere y'umukino na Tanzania
Insiguro y'isanamu, Abakinnyi b'ikipe ya Tanzania
Insiguro y'isanamu, Amakipe y'u Rwanda na Tanzania imbere y'umukino ubahuza
Insiguro y'isanamu, Amarushanwa ya CECAFA 2018 y'abagore yatangiye uno munsi i Kigali mu Rwanda